Hari uburyo bune mushobora gukoresha mu guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi:
- Intererano y'ivyiyumviro
- Intererano y'ivyo dushirako
- Intererano y'ukumenyekanisha ikirundi ku ngurukanabumenyi
- Intererano y'amafaranga
Intererano y'ivyiyumviro
Mugize ivyo mubona bimeze neza mwobitumenyesha kugira mudutere intege tunarushirizeho gukora neza kurushaho.
Mugize ivyo munegura mwobitumenyesha kugira ngo bibaye ngombwa tugire ico tubikozeho.
Intererano y'ivyo dushirako
Niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), twandikire (This email address is being protected from spambots. You need JavaScript enabled to view it.) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
Intererano y'ukumenyekanisha ikirundi ku ngurukanabumenyi
Urashobora gufasha uyu mugambi mu kubimenyesha abandi, nko mu ma groupes ya WhatsApp, kuri Facebook,...
Intererano y'amafaranga
Agatererano kawe kazokoreshwa mu guteza imbere uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.
Hari uburyo butatu wokoresha mu kuduterera:
Commonwealth Bank of Australia

Urashobora kuturungikira intererano yawe ku nomero ya konte ikurikira:
BSB: 064117
A/C: 10305702
PayPal

Urashobora kuturungikira intererano yawe ukoresheje uburyo bwa PayPal. Fyonda aho handitse Donate hanyuma ukoreshe ikonte ya PayPal canke ikarata ya banke yitwa Credit Card mu congeleza:
EcoCash / LumiCash [Burundi]

Ushaka guterera mu mafaranga y'amarundi ukoresheje Ecocash canke Lumicash wotwandikira (This email address is being protected from spambots. You need JavaScript enabled to view it.) canke ukaduhamagara (+61469365309) kugira tuguhe inomero za Ecocash canke Lumicash wokoresha.