Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

ITEGEREZE NEZA
Iyo ufyonze kw'ifoto ica yaguka ugaheza ukayireba ari nini mu kadirisha gaca gaseruka. Hari aho bishika amafoto manini ntaboneke ubwo nyene. Iyo bishitse rero ayo mafoto ntaboneke, ca wugara ako kadirisha hanyuma uce wongera kwugurura uru rupapuro bushasha

 


KURONDERA
Ntutangwe kuraba ibintu bishasha tuguma dushiraho:
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 28 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Bujumbura
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire (info@ikirundi.org) canke uduhamagare (+61469365309) tubiganire.
2020 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...