Muramenye:
Iyo ako kajambo ivyo ari ins. nsanisha, ijwi o risubirirwa n'agakwabu ko hejuru (apostrophe) imbere y'ijwi rivuga.
Uturorero:
- Ivy'aha vyama mu nzira.
Ivy'abakuru birubahwa.
- Ak'imuhana kaza imvura ihise.
Iz'umutware ziratashe.
Ab'ino ni ko bameze.
- bajanye
- vyajanye
- vyaguye
-
- serugo, nyokuru,
marume, sowanyu,
mwenewacu, datawacu,
karumunake, etc. - inka–muntu
umwana–mugabo - inka y'irembo
inkono y'itabi - somambike
igisoromandandura - ikibonamaso
amayirabiri - umunyabwoba
umwenengwe
- serugo, nyokuru,
-
- Maguru ya Nyarwari
Rukundo rwa Ntare - Rutegeramisi
Kibikizozejo
Ndayamutaye - Rufuku rwafukuye Uburundi
Kivumu kitari ikivumuvumu
- Maguru ya Nyarwari
-
- Amazina y'ubucuti yandikwa mw'ijambo rimwe.
- Ayo mazina atandukanywa n'agakwego.
- Ayo mazina yandikwa mu majambo atatu
- Ayo mazina yandikwa mw'ijambo rimwe.
- Ayo mazina yandikwa mw'ijambo rimwe.
- Ayo mazina yandikwa mw'ijambo rimwe.
-
- Ayo mazina yandikwa mu majambo atatu.
- Ayo mazina yandikwa mw'ijambo rimwe.
- Iryo zina riraheza rikandikwa ukwaryo, ayandi majambo na yo akandikwa ibisanzwe
-
- nyenigihugu
nyeningoma
nyenurugo
nyeninzu
nyenicubahiro - nyene kurima
nyene vyo
nyene ho
- nyenigihugu
-
- mwene senge
mwene nyinabo - mwene Nteturuye
- mwene senge
-
- Vyandikwa mw'ijambo rimwe.
- Vyandikwa mu majambo abiri.
-
- Vyandikwa mu majambo abiri.
- Vyandikwa mu majambo abiri.
- mu kubikora
mu kunebwa - Yuriye ku nzu
Yinjiye mu nzu - Kw'ishami
Ku nzu
- A, B:
ku na mu ni utujambo twisangije ubwoko, tudakwiye gufatana n'ijambo turongoye.
- Kwandika ukurikije imvugo y'Abarundi.
- I muhira
Iruhande
Imbere
Inyuma - I Bujumbura
- haruguru
hambavu
hambere
hanyuma - iwanje
ukwiwe - ha gupfa wozanzama
ha kurya wonywa
- A, B, C:
Indongorazina i na ha zirongoye izina, vyandikwa mw'ijambo rimwe, kiretse iyo zirongoye izina ry'uruharo, no mw'ijambo i muhira. Muri iryo jambo hari aho batanavuga iyo ndongorazina. Ahandi hose izo ndongorazina zihindura amazina mu ntumbuzi.
- Indongorazina iri muri satunga birafatana.
- ha = hako.
Ni sahwanya.
- nayo
- naho
- nako
- noneho
uwa mbere
uwa nyuma
yemwe, yewe, ewe,
emwe, hemwe, hewe
- jenyene = nta we turi kumwe
- je nyene = jewe nyene
- bonyene = nta we bari kumwe
- bo nyene = bobo nyene
- ngo ego
ngo uyu muntu - kugira ngo aze
- uko aje
- ko ushitse
- Ni umuntu
Si umuntu - Abenshi ni ko bavuga
Abenshi si ko bavuga
Ego ni ko
Oya si ko - avuga ko
- ni ko
- Ni uko batevye mba ngiye
- Ni uko mukunzi muhire
Ni uko Bakame rukagenda
Ego ni uko
Oya si uko - Ivyo ni vyo mvuga
Ivyo si vyo mvuga
Iyo ni yo mvo
Iyo si yo mvo
Ntimwinjire
Sindabishaka
Ng'abariya
Nta cigeze
Nta wurya akatamugoye
- nk'ûkó
- nk'ǔko
- Iyi sahwanya igizwe na zindi zibiri: nka na uko.
- Aya majambo ni abiri, rimwe ni sahwanya, irindi ni ins. rugena yubakiwe ku ndongorazina
Ico ari co cose
- ejobundi
- Hirya y'ejo
- Iyo ntumbuzi yandikwa mw'ijambo rimwe
- Iyo ntumbuzi igizwe n'amajambo abiri afatanijwe n'insanisha.
- ciwanje = canje
- c'îwânjé = c'i muhira
canje = /ki-a-nje/
ciwanje = /ki-a-iwa-nje/
c'îwânjé = /ki-a-i-iwa-nje/
na je, nka je,
na bo, nka bo,
na vyo, nka vyo,
na co, nka co
Bavuga ko babizi.
nkako
Nako umengo araje.
Kukaba nkako.
- shirako,
shirayo,
shiramwo,
shiraho,
hariyo,
hariho,
harimwo,
hariko,
mfisemwo,
mfiseho,
mfiseko,
mfiseyo. - Bihereze Imana.
Bihereze yo.
Shira ka kayabu kandi urabe yuko wahaye ko.
Ubwo badodoye ho?
- Izi ntumbuzi uko ari zine: ko, ho, yo, mwo zikurikiye irivuga zitegerezwa gufatana na ryo.
- Igihe utujambo ko, ho, yo ari ins. muv. ngufi, twandikwa ukwatwo.
Twariko turiga