ICONGELEZA ⇒ IKIRUNDI
- akanyegeri
- ukuboko
- ikirwanisho
- amaboko
- ibirwanisho
- umugongo
- ubwanwa
- inzoga
- umuhungu
Ijambo 'boy' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu muri rusangi.- Urya muhungu ni mwiza: That boy is handsome.
- Abahungu barakunda kurwana: Boys like to fight.
Ijambo 'son' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umuhungu wanje: My son.
- Umuhungu wa perezida: The president's son.
Ariko kandi muri utwo turorero duhejeje gutanga, umuntu arashobora kuvuga:- Umuhungu wanje: My boy.
- Umuhungu wa perezida: The president's boy.
Igihe wokoresha 'boy' ushaka kusigura umuhungu wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umuhungu wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umuhungu wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my boy' (Mwabonye umuhungu wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umuhungu wawe ari agahambaye!- ubwonko
- itama
- amatama
- igihugu
- inka
- umukobwa
- umwigeme
Ijambo 'girl' rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa muri rusangi.- Urya mukobwa ni mwiza: That girl is beautiful.
- Abakobwa barashobora gukina umupira w'amaguru: Girls can play football.
Ijambo 'daughter' (basoma dotá) rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umukobwa wanje: My daughter.
- Umukobwa wa perezida: The president's daughter.
Uvuze ngo 'My girl' kenshi bishobora gusigura ko uriko uravuga 'Umukobwa mukundana' ha gusigura 'umukobwa wawe'.
Igihe wokoresha 'girl' ushaka kusigura umukobwa wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umukobwa wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umukobwa wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my girl!' (Mwabonye umukobwa wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umukobwa wawe ari agahambaye!- imbwa
- ugutwi
- amatwi
- inkokora
- ijisho
- amaso
- ibirenge
- ikirenge
- umukobwa
- umwigeme
Ijambo 'girl' rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa muri rusangi.- Urya mukobwa ni mwiza: That girl is beautiful.
- Abakobwa barashobora gukina umupira w'amaguru: Girls can play football.
Ijambo 'daughter' (basoma dotá) rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umukobwa wanje: My daughter.
- Umukobwa wa perezida: The president's daughter.
Uvuze ngo 'My girl' kenshi bishobora gusigura ko uriko uravuga 'Umukobwa mukundana' ha gusigura 'umukobwa wawe'.
Igihe wokoresha 'girl' ushaka kusigura umukobwa wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umukobwa wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umukobwa wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my girl!' (Mwabonye umukobwa wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umukobwa wawe ari agahambaye!- Imana
- umushatsi
- urwanko
- umutwe
- ijuru
- inzu
- ivi
- amavi
- ukuguru
- amaguru
- urukundo
- umugabo
- amata
- umunwa
- umusumari
- icara
Ijambo nail rifise insiguro zibiri:
nail = umusumari
nail = icâra => igihimba c'umubiri.
- icâra: muri rudende
- ivyâra: muri rusangi
Bavuga kandi:
- urwâra: muri rudende
- inzâra: muri rusangi
- imisumari
- inzara
Ijambo nail rifise insiguro zibiri:
nail = umusumari
nail = icâra => igihimba c'umubiri.
- icâra: muri rudende
- ivyâra: muri rusangi
Bavuga kandi:
- urwâra: muri rudende
- inzâra: muri rusangi
- izosi
- izuru
- ikaramu
- ikaramu y'igiti
- umuganwa
- ibarabara
sex
- igitsina
- igitugu
- ibitugu
- umuhungu
Ijambo 'boy' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu muri rusangi.- Urya muhungu ni mwiza: That boy is handsome.
- Abahungu barakunda kurwana: Boys like to fight.
Ijambo 'son' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.- Umuhungu wanje: My son.
- Umuhungu wa perezida: The president's son.
Ariko kandi muri utwo turorero duhejeje gutanga, umuntu arashobora kuvuga:- Umuhungu wanje: My boy.
- Umuhungu wa perezida: The president's boy.
Igihe wokoresha 'boy' ushaka kusigura umuhungu wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umuhungu wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umuhungu wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my boy' (Mwabonye umuhungu wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umuhungu wawe ari agahambaye!- izuba
- imeza
- amenyo
- kurira
- gusenga
- ino
- amano
- iryinyo
- amazi
- umugore
Ijambo 'woman' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore muri rusangi.- Urya mugore ni mwiza: That woman is beautiful.
- Mana hezagira abagore: God bless the women
Ijambo 'wife' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore wawe canke wa senaka.- Umugore wanje: My wife.
- Umugore wa perezida: The president's wife.