KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Muradutunga
Turiko turakorana umwete mwinshi mu gutunganaya ivyigwa vya KIRUNGLI. Mu misi itari myinshi cane tuzoba twabashiriyeho ibintu vyinshi kandi vyiza bijanye no kwigisha no gusigura ikirundi mu congeleza canke icongeleza mu kirundi.

ICONGELEZA ⇒ IKIRUNDI

KURONDERA KURI KIRUNGLI B
Amajambo y'icongeleza dufise kuri Kirungli B ni (58).
    • akanyegeri
    • ukuboko
    • ikirwanisho
    • amaboko
    • ibirwanisho
    • umugongo
    • ubwanwa
    • inzoga
    • umuhungu

    Ijambo 'boy' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu muri rusangi.
    • Urya muhungu ni mwiza: That boy is handsome.
    • Abahungu barakunda kurwana: Boys like to fight.

    Ijambo 'son' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.
    • Umuhungu wanje: My son.
    • Umuhungu wa perezida: The president's son.

    Ariko kandi muri utwo turorero duhejeje gutanga, umuntu arashobora kuvuga:
    • Umuhungu wanje: My boy.
    • Umuhungu wa perezida: The president's boy.
    ariko ni imvugo twogereranya n'iyo mw'ibarabara.
    Igihe wokoresha 'boy' ushaka kusigura umuhungu wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umuhungu wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umuhungu wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my boy' (Mwabonye umuhungu wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umuhungu wawe ari agahambaye!

    • ubwonko
    • itama
    • amatama
    • igihugu
    • inka
    • umukobwa
    • umwigeme

    Ijambo 'girl' rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa muri rusangi.
    • Urya mukobwa ni mwiza: That girl is beautiful.
    • Abakobwa barashobora gukina umupira w'amaguru: Girls can play football.

    Ijambo 'daughter' (basoma dotá) rikoreshwa iyo uriko uravuga umukobwa nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.
    • Umukobwa wanje: My daughter.
    • Umukobwa wa perezida: The president's daughter.

    Uvuze ngo 'My girl' kenshi bishobora gusigura ko uriko uravuga 'Umukobwa mukundana' ha gusigura 'umukobwa wawe'.
    Igihe wokoresha 'girl' ushaka kusigura umukobwa wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umukobwa wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umukobwa wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my girl!' (Mwabonye umukobwa wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umukobwa wawe ari agahambaye!

    • imbwa
    • ugutwi
    • amatwi
    • inkokora
    • ijisho
    • amaso
    • ibirenge
    • ikirenge

    • Imana
    • umushatsi
    • urwanko
    • umutwe
    • ijuru
    • inzu
    • ivi
    • amavi
    • ukuguru
    • amaguru
    • urukundo
    • umugabo
    • amata
    • umunwa
    • umusumari
    • icara

    Ijambo nail rifise insiguro zibiri:

    nail = umusumari

    nail = icâra => igihimba c'umubiri.

    • icâra: muri rudende
    • ivyâra: muri rusangi

    Bavuga kandi:

    • urwâra: muri rudende
    • inzâra: muri rusangi

    • imisumari
    • inzara

    Ijambo nail rifise insiguro zibiri:

    nail = umusumari

    nail = icâra => igihimba c'umubiri.

    • icâra: muri rudende
    • ivyâra: muri rusangi

    Bavuga kandi:

    • urwâra: muri rudende
    • inzâra: muri rusangi

    • izosi
    • izuru
    • ikaramu
    • ikaramu y'igiti
    • umuganwa
    • ibarabara
  • sex

    • igitsina
    • igitugu
    • ibitugu
    • umuhungu

    Ijambo 'boy' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu muri rusangi.
    • Urya muhungu ni mwiza: That boy is handsome.
    • Abahungu barakunda kurwana: Boys like to fight.

    Ijambo 'son' rikoreshwa iyo uriko uravuga umuhungu nk'umwana wawe canke w'uwundi muntu.
    • Umuhungu wanje: My son.
    • Umuhungu wa perezida: The president's son.

    Ariko kandi muri utwo turorero duhejeje gutanga, umuntu arashobora kuvuga:
    • Umuhungu wanje: My boy.
    • Umuhungu wa perezida: The president's boy.
    ariko ni imvugo twogereranya n'iyo mw'ibarabara.
    Igihe wokoresha 'boy' ushaka kusigura umuhungu wawe, ni nko mu gihe uriko urerekana ko wishimiye umuhungu wawe mu kwiyemera ku bandi. Nk'akarorero, muriko murarorera umupira hanyuma umuhungu wawe akinjiza igitego, urashobora kuvuga ngo 'That is my boy' (Mwabonye umuhungu wanje!) ukabivuga wiyemera ku bo muri kumwe ko umuhungu wawe ari agahambaye!

    • izuba
    • imeza
    • amenyo
    • kurira
    • gusenga
    • ino
    • amano
    • iryinyo
    • amazi
    • umugore

    Ijambo 'woman' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore muri rusangi.
    • Urya mugore ni mwiza: That woman is beautiful.
    • Mana hezagira abagore: God bless the women

    Ijambo 'wife' rikoreshwa iyo uriko uravuga umugore wawe canke wa senaka.
    • Umugore wanje: My wife.
    • Umugore wa perezida: The president's wife.

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 148 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.

Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...