KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
  • Consulate of the Republic of Burundi (WA)

  • Address

    P O Box 889, West Perth, WA 6872
    5a Neil Street, Osborne Park, WA 6019
  • Mr Barry COURT AM
    Honorary Consul of Burundi
    Ms Margaret COURT AO, MBE
  • Email: burundi-wa@westnet.com.au
    Mobile: +61 427 187 409
 
  • Vita K Dieudonne

    Gusaba urupapuro rwo kwinjira (Lettre d'autorisation d'entrée) mu Burundi uvuye muri Australia

  • Mu misi iheze, iyo umuntu ata rupapuro rw'inzira (passport) y'Uburundi afise, kugira yinjire mu Burundi yarasaba urupapuro rumurekurira kwinijira mu Burundi rwitwa "Lettre d'autorisation d'entrée". Umuntu rero yarusabirwa n'uwuri mu Burundi imbere, hanyuma akarwibangikanya mu gihe agiye kwurira indege.

    Amakuru dukesha Vita K Dieudonne, ni uko ubu ivyo vyo gusaba urupapuro rwo kwinjira mu Burundi bikorerwa muri Australia. Vita K Dieudonne ni we akurikirana ibijanye n'izo mpapuro zo kwinjira mu Burundi, akaba asanzwe afasha Barry Court, umuserukizi (w'iteka) w'Uburundi muri Australia (Honorary Consul of Burundi in Australia)

    Vita K Dieudonne ni umurundi aba muri Australia, akaba asanzwe afasha Barry Court, umuserukizi (w'iteka) w'Uburundi muri Australia (Honorary Consul of Burundi in Australia)

  •   Itegereze neza!

    1. Barry Court ni umuzungu wo muri Australia akaba akoresha ururimi rw'icongeleza (English), nta kirundi azi.
    2. Vita K Dieudonne we arazi ikirundi kuko ni umurundi.
  • Vita K Dieudonne

    E: vitadink@gmail.com
    M: +61 412 049 364
    Vita K Dieudonne

  Aho twabikuye

  Kukera iki inyandiko, indirimbo canke ibiganiro bitari mu kirundi?

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 122 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...