KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

Imyibutsa tumaze gutororokanya irarenga igihumbi (1000). Ubu ni uburyo bwo kugufasha kurondera imyibutsa irimwo ijambo wipfuza. Ushatse kuraba imyibutsa irimwo ijambo kānāká, akarorero ushatse kuraba imyibutsa irimwo ijambo Imana, uraheza ukaryandika aho handitse "Rondera imyibutsa ..." hanyuma ugaca ufyonda ku kamenyetso ko kurondera  .

  ITEGEREZE NEZA:
Mu kurondera si ngombwa ngo wandike ijambo ryose. Urashobora kwandika agace (itsitso) kari mw'ijambo urondera.

Akarorero: Nk'ubu ushatse kurondera imyibutsa yerekeye ijambo umukobwa, ha kwandika umukobwa urashobora kwandika kobwa gusa, duca tukuronderera imyibutsa irimwo umukobwa, abakobwa, bakobwa, mukobwa, ...

 

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 87 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...