KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi

# 105
© Ikirundi ku ngurukanabumenyi

Iyi myibutsa yatororokanijwe n'abanditsi b'Ikirundi ku ngurukanabumenyi. Nawe ufise imyibutsa tutarashobora kwandika woyiturungikira kugira tuyisangize abandi. Wotwandikira ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke ukaturungikira ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469769802

Muradutūnge!
Ntiturârōnka akănya gakwīyé kó gushírakó utwâtuzo kurí iyi myĭbutsa yöse. Ni ikibázo c'úmwănya muké, mu mĭsi ya vúba tuzōbikora :)
  1. (Impongo) ihotora ihigwa
  2. Abo umwami yahaye amata ni bo bamwimye amatwi
  3. Agakecuru ntigatambikiza kaba kiziga umubariro
  4. Agapfûye karatūba impfîzi ntíyōtētswe mu rwăvya
  5. Agatu gatekeye amahwa karimena
  6. Akagabo gahimba akandi kataraza
  7. Akosho kosha imbwa kwima katazoyivutira
  8. Amatwi y'impene yumvira mw'isafuriya
  9. Amâzi arakena yûzuye impângé
  10. Amazinda y'ikinombe ahera imvura iguye
  11. Amenyo atwenga ubusize ari yo yamaze imbuto
  12. Birakena bikenyereweko
  13. Guheka uwutisimbiza biravuna
  14. Ha kunigwa n'ijambo wonigwa n'uwo uribwiye
  15. Ibifise imitwe kubiri bigira n'imirizo kubiri
  16. Ibirenge bija imbu mu kuja imbere
  17. Ibitwenza abana vyiriza abavyeyi ku zuba
  18. Icāvu kirí hăfi gitēra urunyāgāga
  19. Igishika ca cane ntikivyaza umuhungu
  20. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa
  21. Ihwa rya mukeba riraguhanda ryaraboze
  22. Ikigega conza uwacuriye
  23. Imana ya mwene so si yo ya mwene nyoko
  24. Imbarágasa y'ïséma yurira umurŭndi w'ínkokó
  25. Imbeho yegeranya inzuki
  26. Imbwa ntigaya iba irindiriye ko bihora
  27. Inda y'umworo iboneka agasamo
  28. Inera ibegerwa ku bwayo igakura ubwatsi
  29. Ingambiri y'umwungu ijana uruguma mu nkono
  30. Ingayi igaya idya
  31. Ingeso y'uwundi ntiyubaka urugo
  32. Inká uyihēnda umuyōnga ikaguhēnda umuhōndo
  33. Inkware iramvye itora mw'itongo ry'uwayihiga
  34. Intibagira ntibana
  35. Intibagira ntirera impfuvyi
  36. Inyama y'uwudahari ntibura
  37. Inyo y'inkoko uyerekwa n'umuyaga
  38. Inyoni nyôro ntítōrá mu gahôgo
  39. Iyavyâye amashūri iyīcūnguza amarāgo
  40. Iyimiye ahabona ibonwa na bose
  41. Iyivyagiye kera ivyagurukana irago
  42. Iyo ubonye imbwa hejuru ku giti umenya ko hari uwayurije
  43. Iyo ubonye inkuba irabije ntukagire ngo mara abansi n'umukunzi irajana
  44. Kananirabagabo ntiyimye
  45. Kanka mu jisho ntikanka mu kanwa
  46. Kaza ari gato kakakurariza umwana ubusa
  47. Kiranyagara bakanyaga
  48. Kunyara ingenda si ko gushika amahoro
  49. Mu guhakana ubugore uragarama
  50. N'umunyi wo ku nzira baramuvura
  51. Nta murozi yabuze umukaravya
  52. Nta rwama rutaboza
  53. Ntā wumára inyó mu kizinú
  54. Nta wuraba aho nyina anywera umuti
  55. Nta yicibwa amahembe ibuze ico yakwa
  56. Ntā yĭma iyăyo ibára
  57. Ntā yĭruka itábūndá
  58. Ntiruyāgwá impágarará
  59. Nyokorome akuruma amenyo akuzi
  60. Tura tugabane iruta icamburo
  61. Turareha irasonzesha
  62. Ubukurú ntíbukūrá ubukūngu
  63. Ubutó ntíbukūrá ubutŏre
  64. Ubwiza bw'imbwa ntibuyibuza kurya amavyi
  65. Ugutwi kw'impene kwumva kwokeje
  66. Ugutwi kw'impene kwumvira mw'isafuriya
  67. Uja kumira igikoba asezerana n'umuhogo
  68. Ukuri ntikuvugwa n'uwukuze kuvugwa n'uwukuzi
  69. Ukwanka kw'inkono ni ukuva
  70. Umugabo aheza kwubaka bamwubakiyeko
  71. Umugabo azimbirwa mu kaguriro agatonganya inzira
  72. Umugabo iyo azogwa azinduka ajayo
  73. Umuhutú ntáshēngéra aba agîye gutúmwa
  74. Umuhutu umuvura intonge bwaca ngo ingo twiruke
  75. Umuhutú w'íntŏre ashengerana ingáta
  76. Umuntu akira umusazi ntakira umusavyi
  77. Umuntu ntatinya imbwa atinya shebuja
  78. Umunwa wanse ubwana umera ubwanwa
  79. Umushitsi ni we yirabira izuba
  80. Umututsi (Umuhutu) umuvura amaso bwaca akayagukanurira
  81. Umwana abisha mu kibuno ntabisha mu ntoke
  82. Umwana ahetswe neza asohora ukuboko
  83. Umwana atari uwawe abisha inkonda
  84. Umwana murizi ntatorwa urutozi
  85. Umwana w'isema aririra icibo ca se
  86. Umwishwa akwishura ibano
  87. Umworo ntaraguza aba agiye kuruhama
  88. Urugi ntirutizwa
  89. Urupfu rw'imbwa ni inyama
  90. Urwashikiye umugabo ntarwima umuniho
  91. Urwica umusore ruragorobeza
  92. Utera umugere igikere ukaba ucunguruje
  93. Uwariye umwenda w'inkuba yamiza amaso mu kirere
  94. Uwugútānze mu cîbo agutānga intóre
  95. Uwugutuje ni we aba akwambuye
  96. Uwurizi ni uwaryise ijambo
  97. Uwushaka urume yisoba imbere
  98. Uwutaganiriye na se ntamenya ico sekuru yasize avuze
  99. Uwutarigaramiye ntarigaragura
  100. Uwutôkuvuna yōkuva inyuma
  101. Vyerera umwaka ntivyerera inzara
  102. Wicarana n'umugabo ukahakura ijambo, wicarana n'imbwa ukahakura imbaragasa
  103. Wikanira umugisha w'uwundi ukanya ibuye
  104. Zigaya uwo zisanze kw'iriba
  105. Zishahurwa zirira
  1. (Impongo) ihotora ihigwa
  2. Abo umwami yahaye amata ni bo bamwimye amatwi
  3. Agakecuru ntigatambikiza kaba kiziga umubariro
  4. Agapfuye karatuba impfizi ntiyotetswe mu rwavya
  5. Agatu gatekeye amahwa karimena
  6. Akagabo gahimba akandi kataraza
  7. Akosho kosha imbwa kwima katazoyivutira
  8. Amatwi y'impene yumvira mw'isafuriya
  9. Amazi arakena yuzuye impange
  10. Amazinda y'ikinombe ahera imvura iguye
  11. Amenyo atwenga ubusize ari yo yamaze imbuto
  12. Birakena bikenyereweko
  13. Guheka uwutisimbiza biravuna
  14. Ha kunigwa n'ijambo wonigwa n'uwo uribwiye
  15. Ibifise imitwe kubiri bigira n'imirizo kubiri
  16. Ibirenge bija imbu mu kuja imbere
  17. Ibitwenza abana vyiriza abavyeyi ku zuba
  18. Icavu kiri hafi gitera urunyagaga
  19. Igishika ca cane ntikivyaza umuhungu
  20. Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa
  21. Ihwa rya mukeba riraguhanda ryaraboze
  22. Ikigega conza uwacuriye
  23. Imana ya mwene so si yo ya mwene nyoko
  24. Imbaragasa y'isema yurira umurundi w'inkoko
  25. Imbeho yegeranya inzuki
  26. Imbwa ntigaya iba irindiriye ko bihora
  27. Inda y'umworo iboneka agasamo
  28. Inera ibegerwa ku bwayo igakura ubwatsi
  29. Ingambiri y'umwungu ijana uruguma mu nkono
  30. Ingayi igaya idya
  31. Ingeso y'uwundi ntiyubaka urugo
  32. Inka uyihenda umuyonga ikaguhenda umuhondo
  33. Inkware iramvye itora mw'itongo ry'uwayihiga
  34. Intibagira ntibana
  35. Intibagira ntirera impfuvyi
  36. Inyama y'uwudahari ntibura
  37. Inyo y'inkoko uyerekwa n'umuyaga
  38. Inyoni nyoro ntitora mu gahogo
  39. Iyavyaye amashuri iyicunguza amarago
  40. Iyimiye ahabona ibonwa na bose
  41. Iyivyagiye kera ivyagurukana irago
  42. Iyo ubonye imbwa hejuru ku giti umenya ko hari uwayurije
  43. Iyo ubonye inkuba irabije ntukagire ngo mara abansi n'umukunzi irajana
  44. Kananirabagabo ntiyimye
  45. Kanka mu jisho ntikanka mu kanwa
  46. Kaza ari gato kakakurariza umwana ubusa
  47. Kiranyagara bakanyaga
  48. Kunyara ingenda si ko gushika amahoro
  49. Mu guhakana ubugore uragarama
  50. N'umunyi wo ku nzira baramuvura
  51. Nta murozi yabuze umukaravya
  52. Nta rwama rutaboza
  53. Nta wumara inyo mu kizinu
  54. Nta wuraba aho nyina anywera umuti
  55. Nta yicibwa amahembe ibuze ico yakwa
  56. Nta yima iyayo ibara
  57. Nta yiruka itabunda
  58. Ntiruyagwa impagarara
  59. Nyokorome akuruma amenyo akuzi
  60. Tura tugabane iruta icamburo
  61. Turareha irasonzesha
  62. Ubukuru ntibukura ubukungu
  63. Ubuto ntibukura ubutore
  64. Ubwiza bw'imbwa ntibuyibuza kurya amavyi
  65. Ugutwi kw'impene kwumva kwokeje
  66. Ugutwi kw'impene kwumvira mw'isafuriya
  67. Uja kumira igikoba asezerana n'umuhogo
  68. Ukuri ntikuvugwa n'uwukuze kuvugwa n'uwukuzi
  69. Ukwanka kw'inkono ni ukuva
  70. Umugabo aheza kwubaka bamwubakiyeko
  71. Umugabo azimbirwa mu kaguriro agatonganya inzira
  72. Umugabo iyo azogwa azinduka ajayo
  73. Umuhutu ntashengera aba agiye gutumwa
  74. Umuhutu umuvura intonge bwaca ngo ingo twiruke
  75. Umuhutu w'intore ashengerana ingata
  76. Umuntu akira umusazi ntakira umusavyi
  77. Umuntu ntatinya imbwa atinya shebuja
  78. Umunwa wanse ubwana umera ubwanwa
  79. Umushitsi ni we yirabira izuba
  80. Umututsi (Umuhutu) umuvura amaso bwaca akayagukanurira
  81. Umwana abisha mu kibuno ntabisha mu ntoke
  82. Umwana ahetswe neza asohora ukuboko
  83. Umwana atari uwawe abisha inkonda
  84. Umwana murizi ntatorwa urutozi
  85. Umwana w'isema aririra icibo ca se
  86. Umwishwa akwishura ibano
  87. Umworo ntaraguza aba agiye kuruhama
  88. Urugi ntirutizwa
  89. Urupfu rw'imbwa ni inyama
  90. Urwashikiye umugabo ntarwima umuniho
  91. Urwica umusore ruragorobeza
  92. Utera umugere igikere ukaba ucunguruje
  93. Uwariye umwenda w'inkuba yamiza amaso mu kirere
  94. Uwugatanze mu cibo agutanga intore
  95. Uwugutuje ni we aba akwambuye
  96. Uwurizi ni uwaryise ijambo
  97. Uwushaka urume yisoba imbere
  98. Uwutaganiriye na se ntamenya ico sekuru yasize avuze
  99. Uwutarigaramiye ntarigaragura
  100. Uwutokuvuna yokuva inyuma
  101. Vyerera umwaka ntivyerera inzara
  102. Wicarana n'umugabo ukahakura ijambo, wicarana n'imbwa ukahakura imbaragasa
  103. Wikanira umugisha w'uwundi ukanya ibuye
  104. Zigaya uwo zisanze kw'iriba
  105. Zishahurwa zirira

(Impongo) ihotora ihigwa Amazi arakena yuzuye impange Abo umwami yahaye amata ni bo bamwimye amatwi Agakecuru ntigatambikiza kaba kiziga umubariro Agatu gatekeye amahwa karimena Akagabo gahimba akandi kataraza Akosho kosha imbwa kwima katazoyivutira Amatwi y'impene yumvira mw'isafuriya Amazinda y'ikinombe ahera imvura iguye Amenyo atwenga ubusize ari yo yamaze imbuto Birakena bikenyereweko Guheka uwutisimbiza biravuna Ha kunigwa n'ijambo wonigwa n'uwo uribwiye Ibifise imitwe kubiri bigira n'imirizo kubiri Ibirenge bija imbu mu kuja imbere Ibitwenza abana vyiriza abavyeyi ku zuba Icāvu kirí hăfi gitēra urunyāgāga Igishika ca cane ntikivyaza umuhungu Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa Ihwa rya mukeba riraguhanda ryaraboze Ikigega conza uwacuriye Imana ya mwene so si yo ya mwene nyoko Imbarágasa y'ïséma yurira umurŭndi w'ínkokó Imbeho yegeranya inzuki Imbwa ntigaya iba irindiriye ko bihora Inda y'umworo iboneka agasamo Inera ibegerwa ku bwayo igakura ubwatsi Ingambiri y'umwungu ijana uruguma mu nkono Ingayi igaya idya Ingeso y'uwundi ntiyubaka urugo Inkware iramvye itora mw'itongo ry'uwayihiga Intibagira ntibana Intibagira ntirera impfuvyi Inyama y'uwudahari ntibura Inyo y'inkoko uyerekwa n'umuyaga Inyoni nyôro ntítōrá mu gahôgo Iyavyâye amashūri iyīcūnguza amarāgo Iyimiye ahabona ibonwa na bose Iyivyagiye kera ivyagurukana irago Iyo ubonye imbwa hejuru ku giti umenya ko hari uwayurije Iyo ubonye inkuba irabije ntukagire ngo mara abansi n'umukunzi irajana Kananirabagabo ntiyimye Kanka mu jisho ntikanka mu kanwa Kaza ari gato kakakurariza umwana ubusa Kiranyagara bakanyaga Kunyara ingenda si ko gushika amahoro N'umunyi wo ku nzira baramuvura Ntā wumára inyó mu kizinú Ntā yĭma iyăyo ibára itábūndá Ntā yĭruka itábūndá Nta murozi yabuze umukaravya Nta rwama rutaboza Nta wuraba aho nyina anywera umuti Nta yicibwa amahembe ibuze ico yakwa Ntiruyāgwá impágarará Nyokorome akuruma amenyo akuzi Tura tugabane iruta icamburo Turareha irasonzesha Ubwiza bw'imbwa ntibuyibuza kurya amavyi Ugutwi kw'impene kwumva kwokeje Ugutwi kw'impene kwumvira mw'isafuriya Uja kumira igikoba asezerana n'umuhogo Ukuri ntikuvugwa n'uwukuze kuvugwa n'uwukuzi Ukwanka kw'inkono ni ukuva Umugabo aheza kwubaka bamwubakiyeko Umugabo azimbirwa mu kaguriro agatonganya inzira Umugabo iyo azogwa azinduka ajayo Umuhutu umuvura intonge bwaca ngo ingo twiruke Umuntu akira umusazi ntakira umusavyi Umuntu ntatinya imbwa atinya shebuja Umunwa wanse ubwana umera ubwanwa Umututsi umuvura amaso bwaca akayagukanurira Umwana abisha mu kibuno ntabisha mu ntoke Umwana ahetswe neza asohora ukuboko Umwana atari uwawe abisha inkonda Umwana murizi ntatorwa urutozi Umwana w'isema aririra icibo ca se Umwishwa akwishura ibano Umworo ntaraguza aba agiye kuruhama Urugi ntirutizwa Urupfu rw'imbwa ni inyama Urwashikiye umugabo ntarwima umuniho Urwica umusore ruragorobeza Utera umugere igikere ukaba ucunguruje Uwariye umwenda w'inkuba yamiza amaso mu kirere Uwugútānze mu cîbo agutānga intóre Uwugutuje ni we aba akwambuye Uwurizi ni uwaryise ijambo Uwushaka urume yisoba imbere Uwutaganiriye na se ntamenya ico sekuru yasize avuze Uwutarigaramiye ntarigaragura Vyerera umwaka ntivyerera inzara Wicarana n'umugabo ukahakura ijambo, wicarana n'imbwa ukahakura imbaragasa Wikanira umugisha w'uwundi ukanya ibuye Zishahurwa zirira ---------------------------- (Impongo) ihotora ihigwa Abo umwami yahaye amata ni bo bamwimye amatwi Agakecuru ntigatambikiza kaba kiziga umubariro Agatu gatekeye amahwa karimena Akagabo gahimba akandi kataraza Akosho kosha imbwa kwima katazoyivutira Amatwi y'impene yumvira mw'isafuriya Amazinda y'ikinombe ahera imvura iguye Amenyo atwenga ubusize ari yo yamaze imbuto Birakena bikenyereweko Guheka uwutisimbiza biravuna Ha kunigwa n'ijambo wonigwa n'uwo uribwiye Ibifise imitwe kubiri bigira n'imirizo kubiri Ibirenge bija imbu mu kuja imbere Ibitwenza abana vyiriza abavyeyi ku zuba Icavu kiri hafi gitera urunyagaga Igishika ca cane ntikivyaza umuhungu Igufa ryumira mw'ikoma ari irya nyene imbwa Ihwa rya mukeba riraguhanda ryaraboze Ikigega conza uwacuriye Imana ya mwene so si yo ya mwene nyoko Imbaragasa y'isema yurira umurundi w'inkoko Imbeho yegeranya inzuki Imbwa ntigaya iba irindiriye ko bihora Inda y'umworo iboneka agasamo Inera ibegerwa ku bwayo igakura ubwatsi Ingambiri y'umwungu ijana uruguma mu nkono Ingayi igaya idya Ingeso y'uwundi ntiyubaka urugo Inkware iramvye itora mw'itongo ry'uwayihiga Intibagira ntibana Intibagira ntirera impfuvyi Inyama y'uwudahari ntibura Inyo y'inkoko uyerekwa n'umuyaga Inyoni nyoro ntitora mu gahogo Iyavyaye amashuri iyicunguza amarago Iyimiye ahabona ibonwa na bose Iyivyagiye kera ivyagurukana irago Iyo ubonye imbwa hejuru ku giti umenya ko hari uwayurije Iyo ubonye inkuba irabije ntukagire ngo mara abansi n'umukunzi irajana Kananirabagabo ntiyimye Kanka mu jisho ntikanka mu kanwa Kaza ari gato kakakurariza umwana ubusa Kiranyagara bakanyaga Kunyara ingenda si ko gushika amahoro N'umunyi wo ku nzira baramuvura Nta wumara inyo mu kizinu Nta yima iyayo ibara Nta yiruka itabunda Nta murozi yabuze umukaravya Nta rwama rutaboza Nta wuraba aho nyina anywera umuti Nta yicibwa amahembe ibuze ico yakwa Ntiruyagwa impagarara Nyokorome akuruma amenyo akuzi Tura tugabane iruta icamburo Turareha irasonzesha Ubwiza bw'imbwa ntibuyibuza kurya amavyi Ugutwi kw'impene kwumva kwokeje Ugutwi kw'impene kwumvira mw'isafuriya Uja kumira igikoba asezerana n'umuhogo Ukuri ntikuvugwa n'uwukuze kuvugwa n'uwukuzi Ukwanka kw'inkono ni ukuva Umugabo aheza kwubaka bamwubakiyeko Umugabo azimbirwa mu kaguriro agatonganya inzira Umugabo iyo azogwa azinduka ajayo Umuhutu umuvura intonge bwaca ngo ingo twiruke Umuntu akira umusazi ntakira umusavyi Umuntu ntatinya imbwa atinya shebuja Umunwa wanse ubwana umera ubwanwa Umututsi umuvura amaso bwaca akayagukanurira Umwana abisha mu kibuno ntabisha mu ntoke Umwana ahetswe neza asohora ukuboko Umwana atari uwawe abisha inkonda Umwana murizi ntatorwa urutozi Umwana w'isema aririra icibo ca se Umwishwa akwishura ibano Urugi ntirutizwa Urupfu rw'imbwa ni inyama Urwashikiye umugabo ntarwima umuniho Urwica umusore ruragorobeza Utera umugere igikere ukaba ucunguruje Uwariye umwenda w'inkuba yamiza amaso mu kirere Uwugatanze mu cibo agutanga intore Uwugutuje ni we aba akwambuye Uwurizi ni uwaryise ijambo Uwushaka urume yisoba imbere Uwutaganiriye na se ntamenya ico sekuru yasize avuze Uwutarigaramiye ntarigaragura Vyerera umwaka ntivyerera inzara Wicarana n'umugabo ukahakura ijambo, wicarana n'imbwa ukahakura imbaragasa Wikanira umugisha w'uwundi ukanya ibuye Zishahurwa zirira Agapfuye karatuba impfizi ntiyotetswe mu rwavya Agapfûye karatūba impfîzi ntíyōtētswe mu rwăvya Zigaya uwo zisanze kw'iriba
KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 751 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2026 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...