KURONDERA
Ikirŭndi kū ngurukanabumenyi
Iki gice twagihariye imyibutsa y'ikirundi. Twayishize mu mice itandukanye bivanye n'aho twayikuye.

Iyi myibutsa twayikuye mu gitabu ca DUSOME, umwaka wa 6, pp. 47 - 51.

Iyi myibutsa yatororokanijwe n'abanditsi b'Ikirundi ku ngurukanabumenyi. Nawe ufise imyibutsa tutarashobora kwandika woyiturungikira kugira tuyisangize abandi. Wotwandikira ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke ukaturungikira ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469769802

Iyi myibutsa yatororokanijwe na "Editions Gatí Kă Wăga - IMYĬBUTSA YA SÓGOKÚRU".

 

Imyibutsa tumaze gutororokanya irarenga igihumbi (1000). Ubu ni uburyo bwo kugufasha kurondera imyibutsa irimwo ijambo wipfuza.

KARISHA UBWENGE ni igice twahariye ibibazo bitandukanye vyerekeye ikirundi canke Uburundi.
ABARI KU MURONGO

Muri aka kanya, hari abantu 161 ku murongo.

NI GIHE KI?
UTC (GMT)
Gitega
Brisbane

Bukêbuké bukomeza igihonyi

Abarundi barayamaze bati: "Bukêbuké bukomeza igihonyi" kandi ngo "Uwutárahera aba arahékenya".

Turacari mu bikorwa vyo gutunganya «IKIRUNDI KU NGURUKANABUMENYI» twongera dutororokanya ivyigwa, imigenzo, imigani, n'ibindi vyinshi bijanye n'ikirundi, Abarundi n'Uburundi.

Si igikorwa coroshe cane! Kubw'iyo mpamvu hariho vyinshi tutarashira ng'aha ku ngurukanabumenyi.

Muraheza mutwihanganire! Bukebuke bukomeza igihonyi, mu misi ya vuba bizoba vyabashikiriye.


Tuboneyeho kano kanya ngo tugusabe niba hari amakos(h)a wabonye canke hari ibintu vyerekeye ikirundi, Uburundi canke Abarundi woba wipfuza ko twoshirako (indirimbo, n'ibindi), utwandikire ikete muravyo kuri: info@ikirundi.org canke uduhamagare canke uturungikire ubutumwa ukoresheje WhatsApp: +61469365309.
2023 Ikirundi ku ngurukanabumenyi
        Guterera umugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi
Fyonda kuri ako kamenyetso   tukubwire uburyo ushobora guterera uyu mugambi w'ikirundi ku ngurukanabumenyi.

Rindira gato...